#NDIMUNYISHU
#ELPRO
#BURUNDI
Official Music Video of "Ndi Munyishu"
performed by EL PRO
Video by Pops
Audio by X-fecta
Stylist: Fafa fashion +257 69 688 108
Lyrics
..........
Intro:
Mamba , El Pro , EL Pistola
Ubu ndi Munyishu narahezagiwe reka nanje mpezagire
Chorus :
Horana umukama , yongere ahorane nawe
Horana amahera , yongere ahorane namwe
Horana ama dili (deal) , yongere ahorane nawe
Horana amacupa y'inzoga , yongere ahorane namwe
Aba baya ucubabwira uti Ubu ndi munyishu
Raba uko ntagase ubu ndi munyishu
Ndaba I taille n'ingidi ubu ndi munyishu
Raba uko ntamba ubu ndi munyishu
Kata,mfise inoti ubu ndi munyishu
Barira umu ex t'ubu ndi munyishu
Mfise icana kimurenze ubu ndi munyishu
Ku-ba-di-da Ubu ndi munyishu
Verse 1 :
Aaaah Ubu ndi munyishu uwanyipfurije inabi ubu niwe ari mu kamashu
Aaaah Ubu ndi munyishu naya demu yanyanka kera ubu impamagara chouchou
Ese mama ngo sinzorongoraaa , ako kanyuma niko kabi
Ngo nzama nd'imbwa yumusore isuma kumadenderaa
Ako kanyuma niko kabi
Ubu ndi ndi mugisubizo , mutazompa ishano
Ndiko nrya show n'abajama , mutazompa ishano
Ndiko mbwira aba baya , mutazompa ishano
Mpezagire i gee abansi nume mutazompa ishano
Chorus
Horana umukama , yongere ahorane nawe
Horana amahera , yongere ahorane namwe
Horana ama dili (deal) , yongere ahorane nawe
Horana amacupa y'inzoga , yongere ahorane namwe
Aba baya ucubabwira uti Ubu ndi munyishu
Raba uko ntagase ubu ndi munyishu
Ndaba I taille n'ingidi ubu ndi munyishu
Raba uko ntamba ubu ndi munyishu
Kata,mfise inoti ubu ndi munyishu
Barira umu ex t'ubu ndi munyishu
Mfise icana kimurenze ubu ndi munyishu
Ku-ba-di-da Ubu ndi munyishu
Verse 2 :
Aaah Ng'ubu ndi munyishu ndagara
Unterefonye sinigera nitaba
Shaaaa , nkenye k'utigera undondera
Oya suko banrya z'uranyitondera
Baryoherwa bakubone ukenye , akokanyuma niko kabi
Utwo uronse bakwiyorobekeko baduhekenye , ako kanyuma niko kabi
Ubu ndi ndi mugisubizo , mutazompa ishano
Ndiko nrya show n'abajama , mutazompa ishano
Ndiko mbwira aba baya , mutazompa ishano
Mpezagire i gee abansi nume mutazompa ishano
Chorus:
Horana umukama , yongere ahorane nawe
Horana amahera , yongere ahorane namwe
Horana ama dili (deal) , yongere ahorane nawe
Horana amacupa y'inzoga , yongere ahorane namwe
Aba baya ucubabwira uti Ubu ndi munyishu
Raba uko ntagase ubu ndi munyishu
Ndaba I taille n'ingidi ubu ndi munyishu
Raba uko ntamba ubu ndi munyishu
Kata,mfise inoti ubu ndi munyishu
Barira umu ex t'ubu ndi munyishu
Mfise icana kimurenze ubu ndi munyishu
Ku-ba-di-da Ubu ndi munyishu
.
.
El pistola , ubu ndi munyishu
Kayanza represento , ubu ndi munyishu .